Luka 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ehe ndabahaye ububasha bwo guhonyangira munsi y’ibirenge inzoka+ n’utumina+, be n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizogenda kibagiriye nabi.
19 Ehe ndabahaye ububasha bwo guhonyangira munsi y’ibirenge inzoka+ n’utumina+, be n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizogenda kibagiriye nabi.