Ivyakozwe 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mu vy’ukuri, umwami ndiko ndabwirana umwidegemvyo wo kuvuga arazi neza ivyo bintu; kuko nanyuzwe ko ata na kimwe muri ivyo kimucika, kuko ivyo bintu bitakorewe mu mfuruka+. Abanyefeso 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 no ku bwanje, kugira ngo mpabwe ubushobozi bwo kuvuga+ iyo nteranuye akanwa, mfise umwidegemvyo wo kuvuga+ ngo menyekanishe ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+,
26 Mu vy’ukuri, umwami ndiko ndabwirana umwidegemvyo wo kuvuga arazi neza ivyo bintu; kuko nanyuzwe ko ata na kimwe muri ivyo kimucika, kuko ivyo bintu bitakorewe mu mfuruka+.
19 no ku bwanje, kugira ngo mpabwe ubushobozi bwo kuvuga+ iyo nteranuye akanwa, mfise umwidegemvyo wo kuvuga+ ngo menyekanishe ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+,