Luka 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 [[Mugabo Yezu yariko avuga ati: “Data, bababarire+, kuko batazi ico bariko barakora.”]] Vyongeye, mu kugabura ivyambarwa vyiwe, bagira ubupfindo+. Yohani 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo bazogira ivyo bintu kubera ko batamenye Data canke jewe+. 1 Timoteyo 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.
34 [[Mugabo Yezu yariko avuga ati: “Data, bababarire+, kuko batazi ico bariko barakora.”]] Vyongeye, mu kugabura ivyambarwa vyiwe, bagira ubupfindo+.
13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.