Yeremiya 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abaherezi n’abahanuzi batangura kubwira abaganwa n’abantu bose bati: “Uyu mugabo akwiriye urubanza rwo gupfa+, kuko yavuze ubuhanuzi ku bijanye n’iki gisagara nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu bwite+.” Ivyakozwe 21:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 basemerera bati: “Bagabo ba Isirayeli, tabara! Ng’uyu wa mugabo yigisha abantu bose ahantu hose ibirwanya iki gisata+ n’Itegeko n’aha hantu! Kandi uretse ivyo, yaraninjije Abagiriki mu rusengero, ahumanya aha hantu heranda+.”
11 Abaherezi n’abahanuzi batangura kubwira abaganwa n’abantu bose bati: “Uyu mugabo akwiriye urubanza rwo gupfa+, kuko yavuze ubuhanuzi ku bijanye n’iki gisagara nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu bwite+.”
28 basemerera bati: “Bagabo ba Isirayeli, tabara! Ng’uyu wa mugabo yigisha abantu bose ahantu hose ibirwanya iki gisata+ n’Itegeko n’aha hantu! Kandi uretse ivyo, yaraninjije Abagiriki mu rusengero, ahumanya aha hantu heranda+.”