Itanguriro 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Aburahamu agenyera Izahaki umuhungu wiwe amaze imisi umunani, nk’uko Imana yari yaramutegetse+. Abalewi 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku musi ugira umunani agashato* k’umubiri wa nya mwana kazogenyerwa+. Luka 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.
4 Maze Aburahamu agenyera Izahaki umuhungu wiwe amaze imisi umunani, nk’uko Imana yari yaramutegetse+.
21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.