Ivyakozwe 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 babashira imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+. Ivyakozwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Paulo amaze kubarambikako ibiganza+, impwemu nyeranda ica ibazako, batangura kuvuga mu ndimi no kuvuga ubuhanuzi+. 2 Timoteyo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico nyene ni co gitumye ndakwibutsa gukabura nk’umuriro+ ingabirano+ y’Imana iri muri wewe biciye mu kukurambikako ibiganza vyanje+.
6 Paulo amaze kubarambikako ibiganza+, impwemu nyeranda ica ibazako, batangura kuvuga mu ndimi no kuvuga ubuhanuzi+.
6 Ico nyene ni co gitumye ndakwibutsa gukabura nk’umuriro+ ingabirano+ y’Imana iri muri wewe biciye mu kukurambikako ibiganza vyanje+.