Ivyakozwe 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 kuko yahinyuza rwose Abayuda ashimitse kandi ku mugaragaro, yongera yerekana akoresheje Ivyanditswe+ yuko Yezu ari we Kristu+. 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
28 kuko yahinyuza rwose Abayuda ashimitse kandi ku mugaragaro, yongera yerekana akoresheje Ivyanditswe+ yuko Yezu ari we Kristu+.
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,