Luka 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bafata inzira baca muri ako karere bava mu kigwati baja mu kindi, bamenyesha inkuru nziza bongera bakiza indwara ahantu hose+.
6 Maze bafata inzira baca muri ako karere bava mu kigwati baja mu kindi, bamenyesha inkuru nziza bongera bakiza indwara ahantu hose+.