Luka 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Hanyuma igihe yari kumwe na bo ku meza, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, atangura kuwubahereza+. Yohani 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yezu araza, atora wa mukate arawubaha+, na za fi kuno nyene.
30 Hanyuma igihe yari kumwe na bo ku meza, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, atangura kuwubahereza+.