11 “Egome, amahanga menshi azokwifatanya na Yehova kuri uwo musi+, abe koko abantu banje+; kandi nzoba hagati muri wewe.” Nawe uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri wewe+.
27 Aho bamariye gushika bagakoraniriza ishengero hamwe, bigana+ ibintu vyose Imana yari yakoze biciye kuri bo, be n’uko yari yugururiye amahanga umuryango ujana ku kwizera+.