Ivyakozwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aho bumviye ivyo bintu, bavyemera ukwo+, baca baninahaza Imana+, bati: “Noneho rero Imana yahaye n’abanyamahanga ukwigaya kugira baronke ubuzima+.” 1 Abakorinto 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuko nugururiwe umuryango munini uja ku gikorwa+, ariko abarwanizi ni benshi.
18 Aho bumviye ivyo bintu, bavyemera ukwo+, baca baninahaza Imana+, bati: “Noneho rero Imana yahaye n’abanyamahanga ukwigaya kugira baronke ubuzima+.”