ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Arabinjiza rero, abaha indaro.

      Bukeye arahaguruka ajana na bo, na bamwe muri bene wacu b’i Yopa bajana na we.

  • Ivyakozwe 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Hamaze kuba ibihari vyinshi+, Petero arahaguruka ababwira ati: “Bagabo, bene wacu, murazi neza yuko kuva mu misi yo mu ntango Imana yahisemwo muri mwebwe yuko biciye ku kanwa kanje abanyamahanga bumva ijambo ry’inkuru nziza bakemera+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika