Ivyakozwe 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Petero aca ateranura akanwa, avuga ati: “Ni ukuri ndatahuye yuko Imana itagira nkunzi+, Ivyakozwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero Imana yabahaye ingabirano ya gusa nk’imwe nyene yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu+, jewe nari nde ngo mbuze Imana+?”
17 Nimba rero Imana yabahaye ingabirano ya gusa nk’imwe nyene yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu+, jewe nari nde ngo mbuze Imana+?”