Ivyakozwe 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko rero Koruneliyo avuga ati: “Haciye imisi ine uharuye kuva kuri iyi saha, nariko ndasenga mu nzu iwanje kw’isaha y’icenda+, nza mbona umuntu yambaye impuzu zakaka+ ahagaze imbere yanje,
30 Nuko rero Koruneliyo avuga ati: “Haciye imisi ine uharuye kuva kuri iyi saha, nariko ndasenga mu nzu iwanje kw’isaha y’icenda+, nza mbona umuntu yambaye impuzu zakaka+ ahagaze imbere yanje,