ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 48:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umumarayika yagiye arankiza mu vyago vyose+, hezagira aba bahungu+.

      Kandi nibitirirwe izina ryanje n’izina rya ba data, Aburahamu na Izahaki+,

      Kandi nibongerekane babe benshi mw’isi+.”

  • Matayo 18:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Murabe ntimusuzugure n’umwe muri aba batoyi; kuko ndababwiye yuko abamarayika babo+ mw’ijuru bama bitegereza mu maso ha Dawe ari mw’ijuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika