Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+. Ivyakozwe 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ijambo ry’Imana ribandanya rero gukura+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma kigwira cane i Yeruzalemu+; kandi isinzi rinini ry’abaherezi+ ritangura kugamburuka+ ukwizera. Ivyakozwe 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Gutyo, mu buryo bukomeye, ijambo rya Yehova riguma rikura ryongera rinesha+.
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
7 Ijambo ry’Imana ribandanya rero gukura+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma kigwira cane i Yeruzalemu+; kandi isinzi rinini ry’abaherezi+ ritangura kugamburuka+ ukwizera.