Ivyakozwe 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ijambo ry’Imana ribandanya rero gukura+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma kigwira cane i Yeruzalemu+; kandi isinzi rinini ry’abaherezi+ ritangura kugamburuka+ ukwizera. Ivyakozwe 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo ijambo+ rya Yehova ribandanya gukura no gukwiragira+. Abakolosayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 yaje muri mwebwe, nk’uko nyene iriko irama ivyamwa+ kandi ikagwira+ mw’isi+ yose nk’uko iriko irabigira no muri mwebwe, kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mu kuri+.
7 Ijambo ry’Imana ribandanya rero gukura+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma kigwira cane i Yeruzalemu+; kandi isinzi rinini ry’abaherezi+ ritangura kugamburuka+ ukwizera.
6 yaje muri mwebwe, nk’uko nyene iriko irama ivyamwa+ kandi ikagwira+ mw’isi+ yose nk’uko iriko irabigira no muri mwebwe, kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mu kuri+.