Abacamanza 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova yarahagurutsa rero abacamanza+, bano bakabakiza mu kuboko kw’ababasahura+. 1 Samweli 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+.
20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+.