Matayo 26:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 mugabo ntibaronka na kimwe, naho hari haje ivyabona benshi b’ikinyoma+. Mu nyuma haza babiri Luka 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nkako, na Herodi ni ukwo, kuko yamudusubije; kandi ehe nta kintu na kimwe gikwiriye kumwicisha+ yakoze. Yohani 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Pilato yongera gusohoka, ababwira ati: “Raba ndamubazaniye hanze kugira mumenye ko ata kosa mbona muri we+.”
15 Nkako, na Herodi ni ukwo, kuko yamudusubije; kandi ehe nta kintu na kimwe gikwiriye kumwicisha+ yakoze.
4 Pilato yongera gusohoka, ababwira ati: “Raba ndamubazaniye hanze kugira mumenye ko ata kosa mbona muri we+.”