Matayo 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ba bigishwa cumi n’umwe baja i Galilaya+ ku musozi aho Yezu yari yababwiye, Ivyakozwe 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abo na bo nyene, biciye ku bimenyamenya vyinshi bifadika, yarabiyeretse ari muzima inyuma y’aho amariye kubabazwa+, abonwa na bo mu misi mirongo ine yongera avuga ivyerekeye ubwami bw’Imana+. Ivyakozwe 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+. 1 Abakorinto 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Inyuma y’ivyo yiyeretse bene wacu barenga amajana atanu icarimwe, benshi muri bo bakaba bakiriho n’ubu+, mugabo bamwe barasinziriye mu rupfu.
3 Abo na bo nyene, biciye ku bimenyamenya vyinshi bifadika, yarabiyeretse ari muzima inyuma y’aho amariye kubabazwa+, abonwa na bo mu misi mirongo ine yongera avuga ivyerekeye ubwami bw’Imana+.
15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+.
6 Inyuma y’ivyo yiyeretse bene wacu barenga amajana atanu icarimwe, benshi muri bo bakaba bakiriho n’ubu+, mugabo bamwe barasinziriye mu rupfu.