ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 55:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Raba! Uzohamagara ihanga utazi+, kandi abo mw’ihanga batakumenye bazokwirukira+, kubera Yehova Imana yawe+, no ku bwa wa Mweranda wa Isirayeli+, kuko azoba yagusharije+.

  • Luka 2:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 umuco+ wo gukura icitwikiro+ ku mahanga+ be n’ubuninahazwa bw’igisata cawe Isirayeli.”

  • Ivyakozwe 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo kubera yuko baguma babirwanya kandi bagatukana+, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: “Amaraso yanyu+ abe ku mitwe yanyu. Jewe ndacuna+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.”

  • Abaroma 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yamara rero ndabaza nti: Mbega Abisirayeli ntibamenye+? Ubwa mbere Musa avuga ati: “Nzobatera ishari biciye ku kitari ihanga; nzobatera ishavu rikaze biciye kw’ihanga ry’imburabwenge+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika