Yohani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+. Ivyakozwe 5:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi turi ivyabona vy’ivyo bintu+, n’impwemu nyeranda ni ukwo+, iyo Imana yahaye abayigamburukira nka yo mutware.”
13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.
32 Kandi turi ivyabona vy’ivyo bintu+, n’impwemu nyeranda ni ukwo+, iyo Imana yahaye abayigamburukira nka yo mutware.”