2 Abakorinto 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 hanyuma maze guhagarara iwanyu, nkaja i Makedoniya+, maze nkagaruka iwanyu mvuye i Makedoniya+, hanyuma mukamperekeza+ gatoyi nja i Yudaya. 2 Abakorinto 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 nta gahengwe nigeze ndonka mu mutima kuko ntabonye Tito+ mwene wacu, mugabo narabasezeye ndaheza nja i Makedoniya+.
16 hanyuma maze guhagarara iwanyu, nkaja i Makedoniya+, maze nkagaruka iwanyu mvuye i Makedoniya+, hanyuma mukamperekeza+ gatoyi nja i Yudaya.
13 nta gahengwe nigeze ndonka mu mutima kuko ntabonye Tito+ mwene wacu, mugabo narabasezeye ndaheza nja i Makedoniya+.