Abagalatiya 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yamara rero, mbere na Tito+ uwari kumwe nanje, ntiyagoberewe kugenyerwa+, naho yari Umugiriki. Tito 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ndakwandikiye wewe Tito, umwana wanje+ nyakuri hisunzwe ukwizera dusangiye: Habe ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Kristu Yezu Umukiza wacu+.
4 ndakwandikiye wewe Tito, umwana wanje+ nyakuri hisunzwe ukwizera dusangiye: Habe ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Kristu Yezu Umukiza wacu+.