2 Abakorinto 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 nta gahengwe nigeze ndonka mu mutima kuko ntabonye Tito+ mwene wacu, mugabo narabasezeye ndaheza nja i Makedoniya+.
13 nta gahengwe nigeze ndonka mu mutima kuko ntabonye Tito+ mwene wacu, mugabo narabasezeye ndaheza nja i Makedoniya+.