Matayo 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu. Ivyakozwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko bo barabandanya, bava i Peruga baza i Antiyokiya h’i Pisidiya, hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara. Ivyakozwe 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+,
23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu.
14 Ariko bo barabandanya, bava i Peruga baza i Antiyokiya h’i Pisidiya, hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara.
2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+,