Ivyakozwe 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu nyuma, igihe Apolo+ yari i Korinto, Paulo aca mu ntara zo hagati mu gihugu amanuka i Efeso+, ahasanga abigishwa bamwe; 1 Abakorinto 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ico nshaka kuvuga ni iki: yuko umwe wese muri mwebwe avuga ngo: “Jewe ndi uwa Paulo,” “Nanje uwa Apolo+,” “Nanje uwa Kefa,” “Nanje uwa Kristu.” 1 Abakorinto 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Jewe narateye+, Apolo aravomera+, mugabo Imana yaguma ikuza+;
19 Mu nyuma, igihe Apolo+ yari i Korinto, Paulo aca mu ntara zo hagati mu gihugu amanuka i Efeso+, ahasanga abigishwa bamwe;
12 Ico nshaka kuvuga ni iki: yuko umwe wese muri mwebwe avuga ngo: “Jewe ndi uwa Paulo,” “Nanje uwa Apolo+,” “Nanje uwa Kefa,” “Nanje uwa Kristu.”