ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Uwo mugabo yari yarigishijwe ku munwa mu nzira ya Yehova, kandi kubera yuko yarurumba impwemu+, yaravuga akongera akigisha ivyerekeye Yezu mu buryo bugororotse, mugabo akaba yari azi gusa ibatisimu+ ya Yohani.

  • Ivyakozwe 18:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 kuko yahinyuza rwose Abayuda ashimitse kandi ku mugaragaro, yongera yerekana akoresheje Ivyanditswe+ yuko Yezu ari we Kristu+.

  • Ivyakozwe 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu nyuma, igihe Apolo+ yari i Korinto, Paulo aca mu ntara zo hagati mu gihugu amanuka i Efeso+, ahasanga abigishwa bamwe;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika