Ivyakozwe 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ico gihe Umuyuda umwe yitwa Apolo+, imvukira y’i Alegizandiriya, umugabo azi kuvuga, ashika i Efeso; kandi yari umuhanga mu Vyanditswe+. 1 Abakorinto 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 None Apolo+ ni iki? Nkako, Paulo ni iki? Ni abasuku+ vyaciyeko kugira mube abemera, nk’uko Umukama yahaye umwe wese.
24 Ico gihe Umuyuda umwe yitwa Apolo+, imvukira y’i Alegizandiriya, umugabo azi kuvuga, ashika i Efeso; kandi yari umuhanga mu Vyanditswe+.
5 None Apolo+ ni iki? Nkako, Paulo ni iki? Ni abasuku+ vyaciyeko kugira mube abemera, nk’uko Umukama yahaye umwe wese.