Gusubira mu vyagezwe 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 kandi ko azogushira hejuru cane y’ayandi mahanga yose yaremye+, bivemwo ishemezo, izina ryiza n’ubwiza, niwerekana ko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+, nk’uko yasezeranye.”
19 kandi ko azogushira hejuru cane y’ayandi mahanga yose yaremye+, bivemwo ishemezo, izina ryiza n’ubwiza, niwerekana ko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+, nk’uko yasezeranye.”