1 Abakorinto 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara rero, ubwo bumenyi ntiburi muri bose+; mugabo bamwe, kubera ko gushika ubu bamenyereye ikigirwamana, barya ibifungurwa nk’ikintu cashikaniwe ikigirwamana+, kandi ijwi ryabo ryo mu mutima rirahumana+ kubera yuko rigoyagoya. 1 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.
7 Yamara rero, ubwo bumenyi ntiburi muri bose+; mugabo bamwe, kubera ko gushika ubu bamenyereye ikigirwamana, barya ibifungurwa nk’ikintu cashikaniwe ikigirwamana+, kandi ijwi ryabo ryo mu mutima rirahumana+ kubera yuko rigoyagoya.
16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.