Yesaya 32:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Igikorwa c’ubugororotsi nyakuri kizotegerezwa gucika amahoro+; umurimo w’ubugororotsi nyakuri na wo ucike impore n’umutekano gushika igihe kitagira urugero+. Abagalatiya 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi abo bose bazogendera ku rutonde bisunga iyo ngingo ngenderwako, amahoro n’imbabazi bibe kuri bo, egome, kuri Isirayeli y’Imana+. Abanyefeso 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+.
17 Igikorwa c’ubugororotsi nyakuri kizotegerezwa gucika amahoro+; umurimo w’ubugororotsi nyakuri na wo ucike impore n’umutekano gushika igihe kitagira urugero+.
16 Kandi abo bose bazogendera ku rutonde bisunga iyo ngingo ngenderwako, amahoro n’imbabazi bibe kuri bo, egome, kuri Isirayeli y’Imana+.
14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+.