Yohani 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+. Abagalatiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+, Abaheburayo 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko umuherezi mukuru dufise atari uwudashobora gusangira+ natwe umubabaro mu bugoyagoye bwacu, ahubwo ni uwagejejwe mu mice yose cokimwe natwe, mugabo ntiyagira igicumuro+.
14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+.
4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,
15 Kuko umuherezi mukuru dufise atari uwudashobora gusangira+ natwe umubabaro mu bugoyagoye bwacu, ahubwo ni uwagejejwe mu mice yose cokimwe natwe, mugabo ntiyagira igicumuro+.