Abakolosayi 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mukire gusa kuguma mu kwizera+, mushinzwe ku mushinge+ kandi mushikamye+ mudakurwa ku cizigiro c’iyo nkuru nziza mwumvise+ kandi yamamajwe+ mu vyaremwe vyose+ biri munsi y’ijuru. Iyo nkuru nziza ni yo jewe Paulo nabereye umusuku+. Abaheburayo 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.
23 mukire gusa kuguma mu kwizera+, mushinzwe ku mushinge+ kandi mushikamye+ mudakurwa ku cizigiro c’iyo nkuru nziza mwumvise+ kandi yamamajwe+ mu vyaremwe vyose+ biri munsi y’ijuru. Iyo nkuru nziza ni yo jewe Paulo nabereye umusuku+.
13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.