1 Samweli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Yehova atazota+ abantu biwe, kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abantu biwe+. Yeremiya 31:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ibi ni vyo Yehova avuze: “‘Nimba amajuru yo hejuru yoshobora kugerwa, n’imishinge y’isi munsi igashobora guserangurwa+, nanje rero noshobora guta uruvyaro rwa Isirayeli rwose kubera ivyo bakoze vyose+,’ ni ko Yehova avuze.” Amosi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Raba! Amaso y’Umukama Segaba Yehova ari ku bwami bucumura+, kandi azobuzimanganya koko ku buringanire bw’ubutaka+. Yamara rero, sinzozimanganya buhere inzu ya Yakobo+,’ ni ko Yehova avuze.
22 Kuko Yehova atazota+ abantu biwe, kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abantu biwe+.
37 Ibi ni vyo Yehova avuze: “‘Nimba amajuru yo hejuru yoshobora kugerwa, n’imishinge y’isi munsi igashobora guserangurwa+, nanje rero noshobora guta uruvyaro rwa Isirayeli rwose kubera ivyo bakoze vyose+,’ ni ko Yehova avuze.”
8 “‘Raba! Amaso y’Umukama Segaba Yehova ari ku bwami bucumura+, kandi azobuzimanganya koko ku buringanire bw’ubutaka+. Yamara rero, sinzozimanganya buhere inzu ya Yakobo+,’ ni ko Yehova avuze.