ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yamara rero, ubwo bumenyi ntiburi muri bose+; mugabo bamwe, kubera ko gushika ubu bamenyereye ikigirwamana, barya ibifungurwa nk’ikintu cashikaniwe ikigirwamana+, kandi ijwi ryabo ryo mu mutima rirahumana+ kubera yuko rigoyagoya.

  • Abafilipi 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+;

  • 2 Petero 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’ico, nzokwama niteguriye kubibutsa+ ivyo bintu, naho mubizi mukaba kandi mushinze imizi rwose mu kuri+ kuri muri mwebwe+.

  • 1 Yohani 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ndabandikiye, atari kubera ko mutazi ukuri+, mugabo kubera ko mukuzi+, no kubera ko ata kinyoma gikomoka mu kuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika