Abaheburayo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+. Abaheburayo 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko umuherezi mukuru wese akuwe mu bantu agenwa ku bw’abantu ku bintu vyerekeye Imana+, kugira ashikane amashikanwa n’ibimazi ku bw’ibicumuro+.
17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.
5 Kuko umuherezi mukuru wese akuwe mu bantu agenwa ku bw’abantu ku bintu vyerekeye Imana+, kugira ashikane amashikanwa n’ibimazi ku bw’ibicumuro+.