Yohani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.
13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.