Luka 2:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 (egome, inkota ndende izosogota umutima wawe+), kugira ngo ivyiyumviro vyo mu mitima ya benshi bitwikururwe+.” 1 Abatesalonika 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mugabo, nk’uko twasuzumwe n’Imana ikemeza yuko tubereye kuzezwa+ inkuru nziza, ni ko tuvuga, atari nk’abashimisha+ abantu, ahubwo nk’abashimisha Imana, imwe isuzuma imitima yacu+.
35 (egome, inkota ndende izosogota umutima wawe+), kugira ngo ivyiyumviro vyo mu mitima ya benshi bitwikururwe+.”
4 mugabo, nk’uko twasuzumwe n’Imana ikemeza yuko tubereye kuzezwa+ inkuru nziza, ni ko tuvuga, atari nk’abashimisha+ abantu, ahubwo nk’abashimisha Imana, imwe isuzuma imitima yacu+.