ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+.

  • Yeremiya 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo Yehova nyen’ingabo aca urubanza mu bugororotsi+; asuzuma amafyigo n’umutima+. Ese nobona ukuntu ubihōra, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.

  • 1 Abakorinto 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika