Yohani 5:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Mwokwizera mute kandi mwemera ubuninahazwa+ muhana, ntimurondere ubuninahazwa buva kuri ya Mana imwe nsa+? Abaroma 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo Umuyuda ni uwuri we imbere+, kandi ukugenyerwa kwiwe ni ukw’umutima+ biciye ku mpwemu, bidaciye ku mategeko yanditse+. Ishimagizwa+ ry’uwo ntiriva ku bantu, ahubwo riva ku Mana+. 2 Abakorinto 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko uwishimagiza atari we ashimwa+, ahubwo hashimwa uwo Yehova+ ashimagiza+.
44 Mwokwizera mute kandi mwemera ubuninahazwa+ muhana, ntimurondere ubuninahazwa buva kuri ya Mana imwe nsa+?
29 Mugabo Umuyuda ni uwuri we imbere+, kandi ukugenyerwa kwiwe ni ukw’umutima+ biciye ku mpwemu, bidaciye ku mategeko yanditse+. Ishimagizwa+ ry’uwo ntiriva ku bantu, ahubwo riva ku Mana+.