Abanyefeso 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kuko dufise intambara yo kunigana+, atari ukunigana n’abantu b’amaraso n’inyama, ahubwo tunigana n’intwaro+, n’ubukuru+, n’abatware b’iyi si+ y’umwiza, n’ibinyankomezi vy’impwemu vy’ibibisha+ mu bibanza vyo mw’ijuru. 1 Petero 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+.
12 kuko dufise intambara yo kunigana+, atari ukunigana n’abantu b’amaraso n’inyama, ahubwo tunigana n’intwaro+, n’ubukuru+, n’abatware b’iyi si+ y’umwiza, n’ibinyankomezi vy’impwemu vy’ibibisha+ mu bibanza vyo mw’ijuru.
12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+.