2 Abakorinto 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuri abo ba kabiri turi akamoto kava mu rupfu kaja mu rupfu+, ku ba mbere na ho akamoto kava mu buzima kaja mu buzima. Vyongeye, ni nde akwije neza ibisabwa ku bw’ivyo bintu+?
16 kuri abo ba kabiri turi akamoto kava mu rupfu kaja mu rupfu+, ku ba mbere na ho akamoto kava mu buzima kaja mu buzima. Vyongeye, ni nde akwije neza ibisabwa ku bw’ivyo bintu+?