Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+. 2 Abakorinto 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimba rero inkuru nziza tumenyesha itwikiriwe vy’ukuri, itwikiriwe mu bahona+, 1 Petero 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.
19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.