1 Abatesalonika 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nta gukeka muribuka, bene wacu, ukubira akuya n’ugucumukura kwacu. Twababwiye inkuru nziza y’Imana dukora+ ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe twikoreza umuzigo uzimvye+.
9 Nta gukeka muribuka, bene wacu, ukubira akuya n’ugucumukura kwacu. Twababwiye inkuru nziza y’Imana dukora+ ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe twikoreza umuzigo uzimvye+.