Ivyakozwe 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema. Ivyakozwe 20:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwebwe ubwanyu murazi yuko aya maboko yandonkeje ivyo nkenera+, abironsa n’abo turi kumwe. 1 Abakorinto 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 no gucumukura+ dukoresha amaboko yacu bwite+. Iyo turiko turatukwa, turahezagira+; iyo turiko turahamwa, turarindirako+;
3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema.
12 no gucumukura+ dukoresha amaboko yacu bwite+. Iyo turiko turatukwa, turahezagira+; iyo turiko turahamwa, turarindirako+;