Matayo 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko hari inkone* zavutse gutyo kuva mu nda ya ba nyina+, hakaba n’inkone zagizwe inkone n’abantu, hakaba n’inkone zigize inkone ku bw’ubwami bwo mw’ijuru. Uwushoboye kuvyemera navyemere+.”
12 Kuko hari inkone* zavutse gutyo kuva mu nda ya ba nyina+, hakaba n’inkone zagizwe inkone n’abantu, hakaba n’inkone zigize inkone ku bw’ubwami bwo mw’ijuru. Uwushoboye kuvyemera navyemere+.”