2 Abakorinto 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntidutanga mu buryo na bumwe igitsitaza na kimwe+, kugira ngo ubusuku bwacu ntibutorwe amahinyu+; 2 Abakorinto 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Canke noba narakoze igicumuro mu kwicisha bugufi+ kugira ngo mwebwe mushirwe hejuru, kubera ko nabamenyesheje inkuru nziza y’Imana mpimbawe, ata co murishe+?
7 Canke noba narakoze igicumuro mu kwicisha bugufi+ kugira ngo mwebwe mushirwe hejuru, kubera ko nabamenyesheje inkuru nziza y’Imana mpimbawe, ata co murishe+?