1 Abatesalonika 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.
16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.