1 Abakorinto 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hakorwe iki none ga bene wacu? Iyo mukoraniye hamwe, umwe aba afise izaburi, uwundi inyigisho, uwundi ivyahishuwe, uwundi urundi rurimi, uwundi insobanuro+. Vyose nibibe ku bw’ukwubaka+. Abanyefeso 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi umwe wese muri twebwe yarahawe ubuntu ata wari abukwiriye+ nk’uko Kristu yageze ya ngabirano ya gusa+.
26 Hakorwe iki none ga bene wacu? Iyo mukoraniye hamwe, umwe aba afise izaburi, uwundi inyigisho, uwundi ivyahishuwe, uwundi urundi rurimi, uwundi insobanuro+. Vyose nibibe ku bw’ukwubaka+.
7 Kandi umwe wese muri twebwe yarahawe ubuntu ata wari abukwiriye+ nk’uko Kristu yageze ya ngabirano ya gusa+.